Filipi 1:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Imana ni yo yomenya ingene ndabakunda n’ingene nipfuza kubabona n’umutima w’inkumbu ziva kuri Kristo Yesu. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Imana ni yo ntanzekw icabona c’ingene mbagirira igishika mwese, mfise imbabazi za Kristo Yesu. Viz kapitola |