Filipi 1:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 kuko twafatanije gukwiza Ubutumwa Bwiza, uhereye igihe mwabwumva kugeza n’ubu. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 kuko mwafatanije nanje gukwiza ubutumwa bgiza, muhereye ku musi wa mbere, mugashitsa n’ubu. Viz kapitola |