Filipi 1:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Turi kumwe muri iyo ntambara. Mwarabonye ingene nayigwanye muri kahise, kandi murazi ko n’ubu nkiri muri yo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 muri muri ya ntambara mwambonanye kand’ iyo munyumvana n’ubu. Viz kapitola |