Filipi 1:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Kuko mutagiriwe ubuntu bwo kwizera Kristo gusa, ahubwo mwahawe n’ubwo gushobora kubabazwa ku bwiwe. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Kukw ico mwagabiwe kubga Kristo, atar’ ukumwizera gusa, ariko mwagabiwe no kubabazwa kubgiwe; Viz kapitola |