Filipi 1:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Mbandanije kubaho mu mubiri, vyotuma nama ivyamwa vyinshi ku bwa Kristo. Mu vy’ukuri, sinzi ico nohitamwo! Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Ariko namb’ ari kubaho mu mubiri, ico kizonyamira imbuto z’igikorwa, kandi sinzi ico mpitamwo. Viz kapitola |