Filipi 1:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Kuko ndazi ko kubera amasengesho munsengera n’ubufasha bwa Mpwemu wa Kristo Yesu ivyo vyose bizotuma mbohorwa. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 kuko nzi yukw ivyo bizomviramw’ agakiza, munsengeye kandi ndonkejwe Mpwemu wa Yesu Kristo; Viz kapitola |