Filipi 1:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Barya bandi bo bigisha Kristo ku bw’inyungu zabo, badasunitswe n’umutima utunganye, kuko kugomba kunteza imibabaro mu gihe ndi mw’ibohero. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 ba bandi ikēba ni ryo ribatera kuvuga ivya Kristo atar’ uko bivuye ku mutima, biyumvira kw ar’ ukwongera kuntoneka mu ngoyi zanje. Viz kapitola |