Abaroma 1:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Kandi naho bazi ko Imana icira abakora ivyo urubanza rwo gupfa, ntibashishikara kubikora gusa, ahubwo bashima n’abandi babikora. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Abo, naho bāmenye urubanza Imana ica, yukw abakora ibisa birtyo bakwiye gupfa, ntibabikora gusa, ariko batako bagashima n’ababikora. Viz kapitola |