Abaroma 1:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 kuvuga nabi abandi, kwanka Imana, gutukana, kwibona, kwishira hejuru, ubuhizi mu gukora ikibi, kugarariza abavyeyi, Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 n’abavuga abandi nabi, n’abanka Imana, n’abatukana, n’abībona, n’abīrārīra, n’abīgenera ibibi, n’abatumvira abavyeyi, Viz kapitola |