Online Bible

- Reklamy -




Abaroma 1:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Ivyo ni vyo vyatumye Imana ibaheba ngo bakore ibiteye isoni imitima yabo yipfuza. Mbere n’abagore babo bataye ibanga ry’abubatse nk’uko Imana yaritegekanije, biyononesha guhuza ibitsina n’abandi bagore nka bo.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Ni co catumye Imana ibaheba ngo bifuze ivyonona: kukw abagore babo ic’ imibiri yabo yaremewe bāgihinduye ukundi, itāremewe.

Viz kapitola kopírovat




Abaroma 1:26

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy