Online Bible

- Reklamy -




Abaroma 1:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Ukuri kwerekeye Imana bagukavye ikinyoma, hanyuma barasenga bongera bakorera ivyaremwe, babikorera ivyo bari bakwiye gukorera Umuremyi, we abereye gushimwa ibihe vyose! Amen.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 kuk’ ukuri kw’Imana bāgukāvye ibinyoma, bagasenga bagakorera icaremwe, bakakirutisha Iyakiremye, ni yo ikwiye gushimwa ibihe bidashira: Amen.

Viz kapitola kopírovat




Abaroma 1:25

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy