Abaroma 1:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ivyo vyatumye Imana ibareka kugira ngo bakore ibiteye isoni imitima yabo yipfuza, gutyo bakoreranira ibikorwa bihumanya imibiri yabo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Ni co catumye Imana ibaheba ngo bakore ibiteye isoni, bumvire ivy’ imitima yabo yifuza, bonone imibiri yabo, Viz kapitola |