Abaroma 1:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Yamara ibikenewe vyose kugira ngo bamenye Imana biragaragara mu maso yabo, kuko Imana ubwayo yabishize ahabona. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Kukw ivyo umuntu yomenya vy’Imana vyerekanwa muri bo, Imana ari yo yabiberetse. Viz kapitola |