Online Bible

- Reklamy -




Abaroma 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Uburake bw’Imana bwarahishuwe buvuye mw’ijuru, ubwo irakira ukutayubaha kwose n’ububi bw’abantu, kuko mu ngeso zabo mbi bagwanya ukuri ngo ntikugaragare.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Uburake bg’Imana bgarahishuwe, buvuye mw ijuru, ubgo irakira ukutayubaha kw’abantu kwose n’ukugabitanya, banyikirisha ukuri ukugabitanya kwabo.

Viz kapitola kopírovat




Abaroma 1:18

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy