Abaroma 1:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Ni co gituma, mfise inyota yo kubabwira Ubutumwa Bwiza namwe ababa i Roma. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 ni co gituma jeho kubganje niteguye kubabgira ubutumwa bgiza namwe mur’ i Roma. Viz kapitola |