Online Bible

- Reklamy -




Abaroma 1:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Bene Data, nshaka ko mumenya ko nagerageje kenshi kuza kubaramutsa, ariko ko bitarankundira kugeza ubu. Ngomba gukorana namwe kugira ngo ndonke ivyamwa vyo mu buryo bw’impwemu, nk’uko maze kubibona mu bandi Banyamahanga.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kandi bene Data, singomba ko mutamenya yuko kenshi nari mfise imigabo yo kuza i wanyu, ngo mbone imbuto muri mwebge namwe, nk’uko nazibonye mu yandi mahanga, ariko ngira ikimbuza kugeza n’ubu.

Viz kapitola kopírovat




Abaroma 1:13

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy