Abanyefeso 1:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Imana yaduhaye kumenya ibanga ry’umugambi wayo, uwo yari yarateguye gushira mu ngiro, mu kugira neza kwayo, ibicishije muri Kristo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 itwātiye ibanga ry’ivy’ igomba, nk’uko vyayihimbaye, ibigabiye kera muri we, Viz kapitola |