Abaheburayo 1:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ibi vyerekana ko Umwana aruta cane abamarayika, nk’uko izina Imana yamuhaye riruta amazina yabo. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 amaze kuba ūhambaye kurusha abamarayika, nk’ukw izina yarazwe rirengeye ayabo. Viz kapitola |