Online Bible

- Reklamy -




Abaheburayo 1:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Uzobizinga nk’uwuzinga impuzu; bizohindurwa nk’uko bahindura impuzu. Ariko wewe uhora uko wamye, kandi imyaka yawe ntigira iherezo.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Kand’ uzobizinga nk’umutamana, Bikūranwe n’ibindi nk’ukw impuzu zikūranywa. Ariko weho ur’ uko wamye, Imyaka y’ukubaho kwawe ntizoshira.

Viz kapitola kopírovat




Abaheburayo 1:12

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy