2 Timoteyo 4:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Nayo jewe, ndi hafi yo gutanga ubuzima bwanje ngo busukwe nk’ishikanwa ry’ikinyobwa; igihe canje co kurangiza kirashitse. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kuko jeho n’ubu ndiko ndasukwa nk’ibisukwa ku gicaniro, igihe co gutāmbūra kwanje kirashitse; Viz kapitola |