Online Bible

- Reklamy -




2 Timoteyo 4:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Ariko Umwami Imana yabaye ku ruhande rwanje, ampa inkomezi, kugira ngo mvuge Ubutumwa Bwiza bwuzuye, Abanyamahanga bose babwumve. Umwami Imana yankuye mu menyo y’intambwe.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Arik’ Umwami wacu ni we yampagarikiye, arandemesha, kugira ng’ ubutumwa buvugwe nanje butagabanije, abanyamahanga bose babgumve. Nuko mva mu menyo y’intambge.

Viz kapitola kopírovat




2 Timoteyo 4:17

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy