2 Timoteyo 4:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Alegizandere umucuzi yarambabaje cane. Umwami Imana amwishure ibihwanye n’ivyo yankoreye. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Alekisandero umucuzi yangiriye inabi nyinshi. Umwami wacu azomwishura ibikwiranye n’ivyo yakoze. Viz kapitola |