Online Bible

- Reklamy -




2 Timoteyo 4:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Niwaza uzonzanire ikoti y’imbeho nasize kwa Karupo i Tirowa, n’ibitabu vyanje, na canecane imizingo y’ibitabu.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Ah’ uzozira uranzanira impuzu yo kwipfuka nasize i Tirowa kwa Karupo, n’ibitabo, kandi cane‐cane uz’ uzane ivy’ insāto.

Viz kapitola kopírovat




2 Timoteyo 4:13

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy