2 Timoteyo 4:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Ndakwingingiye mu nyonga z’Imana n’imbere ya Kristo Yesu, azocira urubanza abazima n’abapfuye aho azozira kwima ku ngoma yiwe: Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ndakwihanikiririza mu nyonga z’Imana no mu za Kristo Yesu azocirakw iteka abazoba bariho n’abazoba bapfuye, kandi no kubgo kuzoboneka kwiwe n’ubgami bgiwe: Viz kapitola |