Online Bible

- Reklamy -




2 Petero 1:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ni muri ivyo nyene yaduhereye amasezerano yiwe ahambaye kandi y’agaciro kanini, kugira ngo muri vyo namwe mugire akamere k’Imana ngo muhunge muve mu kwononekara kw’iyi si kwazanywe n’ivyipfuzo bibi.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ivyo vyatumye aduha ivyo yasezeranye vy’akaburarugero, bihambaye cane, kugira ngo bibatere gusangira n’Imana akameremere kayo, mumaze gucika muva mw iborero ryazanywe mw isi no kwifuza.

Viz kapitola kopírovat




2 Petero 1:4

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy